Spain : abagabo bane batawe muri yombi bazira gukorera irondaruhu Vinicius Jr
Polisi ya Espagne yavuze ko abantu bane batawe muri yombi bazira gukora ubukangurambaga bwo kuri muri andasi bushishikariza abafana ba Atletico Madrid gukorera ikimeze nk’irondarohu uwitwa Vinicius Junior ukinira ikipe ya Real Madrid. Kuri uyu wa kane, Polisi yatangaje ko aba bagabo bafunzwe ku ya 14 na 15 Ukwakira nyuma yuko bari babanje kurekurwa mu…