Watch Loading...
EuropeHomePaper Talk

Paper Talk[Europe]: Liverpool yatangiye  kurira umusozi wo kuganiriza Mohamed Salah, Galatasaray  nyuma yo kugura Victor  Osmhem   irasha gutwa undi kizigenza  wa  United!

Umutoza  w’Ikipe  ya  Pumas UNAM   Gustavo Lema yahishuye  ko  ikipe  ya   Liverpool  yifuje  gutwa  umusore   w’iyi  kipe  akaba Umunya-Mexico  w’Imyka  23  Cesar Huerta  akaba  akina  nk’amababa  nubwo  byarangiye  iyi  kipe y’umutoza  Arne Slot  baguze Federico Chiesa. (TUDN – in Spanish)

Chelsea   yiteguye  kurekura  Ben Chilwell, 27,   akerekeza mu gihugu  cya  Turkey  aho isoko ry’Igura  n’Igurisha rigifunguye uyu musore w’Umwongereza  ukina ku  ruhande  yugarira  . (Telegraph – subscription required)

N’inako  ikipe  ya  Chelsea ikomeje ibiganiro  N’Ikipe  ya  AEK Athens   yo  mu  gihugu  cy’Ubugereki  kugirango  Umunya- Ivory Coast wa  yo  David Datro Fofana  w’Imyaka 21 yerekezeyo  dore  ko bisankaho  ntagahunda  Enzo Maresca  akaba umutoza  wa Chelsea amufitiye. (Mail)

Tottenham  Hotspur  yatangiye  ibiganiro  n’Ikipe   ya   Real Betis  kugirango  iba gurisha  Johnny Cardoso, 22,   akaba  akomoka  mu gihugu  cya Leta  Z’unze Ubumwe   z’Abanyamerika  akaba kandi akina mu kibuga hagati, biteganyijwe ko azatangwaho asaga  £21m. (Telegraph – subscription required)

West Ham United  yakaniye mu rwego  rwo gusinyisha  Umudage  Mats Hummels  w’Imyaka  35  akaba  aherutse gusoza  amasezerano  ye mu ikipe  ya  Borussia Dortmund  ubu  akaba ntakipe afite bisobanuye ko afite uburenganzira  bwo  gusinyira ikipe iyari yo yose yifuza   . (Times – subscription required)

Galatasaray   nyuma yo gusinyisha Umunya-Nigeria   Victor  Osmhem   kuri ubu  yatangiye ibiganiro  byo  kwibikaho  Umunya-Brazil ukina hagati mu kibuga yugarira  Casemiro, 32   wa  Manchester United  bakamutwara mu buryo bw’Intizanyo y’Umwaka umwe  . (Ali Naci Kucuk – in Turkish)

Naby Keita, 29, waciye  mu  ikipe  ya Liverpool ari  mu  biganiro  n’Ikipe  ya   Istanbul Basaksehir  mu rwego rwo kuyerekezamo  agasohoka mu ikipe   ya  Werder Bremen  yo mu gihugu  cy’Ubudage   uyu Munya-Guinea   ukina hagati  mu kibuga  . (Guardian)

Mababa  waciye   mu ikipe  ya  Manchester United    Anthony Martial, 28,  yahawe amahirwe yo gusinyira ikipe  ya   AEK Athens  yo  mu  gihugu cy’Ubugereki   byatuma  aba  umukinnyi uhembwa  menshi  muri  iyi kipe  nyum y’uko uyu Mufaransa  atandukanye n’Ikipe ya United   ubu akaba ntakipe afite akinira. (Sport24 via Sun)

Manchester United   ikomeje  gukurikiranira hafi  cyane   myugariro  w’Ibumoso  wa  Juventus Juan Cabal akaba afite imyaka 23   akaba akomoka mu gihugu  cy’a   Colombia . (Tutto Juve – in Italian)

Byahishuwe  ko  ikipe  ya  Real Betis  yo mu gihugu cya Esipanye  yatanze ubusabe muri   Manchester United  igamije  gusinyisha  Umunya-Danmark  w’Imyaka  32  Christian Eriksen  akabakina hagati mu kibuga  gusa ibikora mu minsi yanyuma y’Isoko ry’Igura n’igurisha. (Fabrizio Romano)

Liverpool  yatangije  umugambi  wo  guha  amasezerano   mashya rutahizamu wa  yo  w’Umunyamisiri   Mohamed Salah, 32,   nyuma  y’uko  abibukije  ko  amasezerano  ye   azarangirana  na  tariki  30  Kamena  2025,  akaba  yabigarutseho  nyuma y’umukino  w’Ashampiyona   iyi  kipe y’umutoza  Arne  Slot   yari imaze  gutsindamo  ikipe ya  Manchester United  y’umutoza  Erik ten Hag  . (Football Insider)

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *